Mwitege gutungurwa n'inkuru nziza – Ev. Patrick Ndayishimiye | Carmel Ministry Burundi
Carmel Ministry Burundi
0:00 / 0:00
Mwitege gutungurwa n'inkuru nziza – Ev. Patrick Ndayishimiye | Carmel Ministry Burundi
58 просмотров · 3 нед. назад
Carmel Ministry Burundi
1,12 тыс. подписчиков
58 просмотров · 3 нед. назад
Muri uku kwezi kw'icumi kwo gutungurwa n'ineza y'Imana, twaharonkeye ijambo mperekeza ryiza cane: gutungurwa n'inkuru iryoshe.
Mwitege kuronka inkuru nziza muri uku kwezi, inkuru iruhura imitima yanyu.
Imana ibahezagire cane !