Gusaba umugeni: intore ziratoranye, umuhungu wa Kinyange yashimye umukobwa wa Torobeka
Uburundi Mu Kirundi
0:00 / 0:00
Gusaba umugeni: intore ziratoranye, umuhungu wa Kinyange yashimye umukobwa wa Torobeka
23 318 просмотров · 3 года назад
Uburundi Mu Kirundi
26,8 тыс. подписчиков
23 318 просмотров · 3 года назад
Ubumwe bw'imiryango y'abarundi muri vyinshi bushingiyeko harimwo guhana abageni.
Iri ni ijambo ritegura iry'ugusaba umugeni. Kumbure muhora muvyumva mu majambo y'ugukwa bavuga bati : " ..hari akajambo twayagiye mu mbaramake" baba bashatse kuvuga ijambo nk'iri.
Kinyange afise umuhungu, atakirya atakiryama kubera yashimye umukobwa wa Torobeka. Ico ni catumye Kinyange ahaguruka agana Torobeka ngo amusabe ubumwe kugira ngo umusi uri izina aze atamaze mw'irembo ryiwe aje gusaba umugeni.
Ni mwumvirize uko iryo jambo rihinyanyurwa, ribabere urugero nimba musanzwe mutamenyereye kurisigatura.