ATANGUYE KURONDERWA N'IMIGWI IKOMEYE INYUMA Y'IMYAKA IBIRI AKINIYE AL HILAL OMDURMAN
getIN MEDIA
0:00 / 0:00
ATANGUYE KURONDERWA N'IMIGWI IKOMEYE INYUMA Y'IMYAKA IBIRI AKINIYE AL HILAL OMDURMAN
142 просмотра · 3 месяца назад
getIN MEDIA
49 подписчиков
142 просмотра · 3 месяца назад
Inyuma yo kuva mu mugwi wa Magara young boys akerekera mu mugwi wa Al hilal Omdurman imiryango iriko iruguruka,
Ni #Girumugisha #jean_Claude umwe mu bakinyi #Uburundi bufise afise ibiharuro vyiza kuri uwu mwanya ndetse no ku mugabane wa #Afrika.
Aya n'ayandi ni muri iyi video aho ibibazo vyose warufise kuri uyu mukinyi ubironkera inyishu.
Tukwibutsa no kugira Subscribe nimba utarayigira uze uraba mubambere baronka ibiganiro tubashikiriza.
iyunge natwe uciye hano / getinmedia1