Перейти к содержимому

Col Byabagamba yahoze acungera ubuzima bwa perezida Kagame yapfuye. |BBC News Gahuza

BBC News Gahuza

0:00 / 0:00

Col Byabagamba yahoze acungera ubuzima bwa perezida Kagame yapfuye. |BBC News Gahuza

30 408 просмотров · Трансляция закончилась 4 часа назад
BBC News Gahuza
31 тыс. подписчиков
30 408 просмотров · Трансляция закончилась 4 часа назад
Col Tom Byabagamba yapfiriye mw’ibohero mu Rwanda ku myaka 59, nkuko byemejwe na mukuru we Dr David Himbara. Mu mwaka wa 2016, sentare nkuru ya gisirikare yari yakatiye Byabagamba gufungwa imyaka 21 kandi yamburwa iryo pete rya colonel yari afise. Ico gihano mu nyuma caragabanijwe kija ku myaka 15 inyuma yo kwunguruza. Yari yagiriwe n’ivyaha birimwo kubiba ibihuha bigamije gutera umudugararo mu banyagihugu. kuvuga nabi ubutegetsi no gusuzugura ibendera ry'igihugu. Mu bihe vyose yamaze muri sentare, Byabagamba yagumye ahakana ivyaha vyose yagirizwa./Kanda hano ukore subscribe 👉🏾    / @bbcnewsgahuza   #BBCNewsGahuza ----------------------- Iyi ni YouTube channel nyakuri ya BBC News Gahuza. Ukeneye kureba video ku makuru y’akarere n’amahanga mu buryo butabogamye? Wageze aho biri. BBC ni yo soko y’amakuru yizerwa kurusha ayandi masoko ku isi. Aha tuzakugezaho inkuru mbarankuru, inkuru z’icukumbura, ibiganiro n’ibyamamare, video zisobanura ibintu, ku ngingo zikureba zirimo imyidagaduro, imikino, politike, ubugeni, siyanse, ubuzima, byose mu rurimi wumva. Urakoze gukora subscribe kuri channel yacu. Niba ukunda ibi dukora dusange na hano: BBC News Gahuza website 👉🏾 https://www.bbc.com/gahuza Facebook 👉🏾   / bbcnewsgahuza   Twitter 👉🏾 https://x.com/bbcgahuza WhatsApp 👉🏾 bbc.in/47y8V4j