Перейти к содержимому

Gitega : Umugabo w'igikuri yatamvye mu buryo budasanzwe indirimbo "Ngwino shengero dushime Imana."

Mashariki TV

0:00 / 0:00

Gitega : Umugabo w'igikuri yatamvye mu buryo budasanzwe indirimbo "Ngwino shengero dushime Imana."

28 802 просмотра · 6 л. назад
Mashariki TV
482 тыс. подписчиков
28 802 просмотра · 6 л. назад
#Burundi : Venant Nzirubusa wo muri komine #Nyarusange, ariko asanzwe ubu aba muri komine #Itaba, akaba aririmba muri "Choral LA VOIX DES PROPHÈTES" yo muri Paruwasi Gaturika y'i #Buhoro ni umugabo asanzwe afise ubugufi bamwe bita "Ibikuri". Raba ingene yaryoheje ibirori mu gikorane kiriko kibera i #Gitega, mu gutamba mu buryo budasanzwe indirimbo yagira iti : "Ngwino shengero dushime Imana."