Menya ingorane zatumye ubumenyi bugabanuka mu mashure y'Uburundi| BBC News Gahuza
BBC News Gahuza
0:00 / 0:00
Menya ingorane zatumye ubumenyi bugabanuka mu mashure y'Uburundi| BBC News Gahuza
6 026 просмотров · 19 часов назад
BBC News Gahuza
34,7 тыс. подписчиков
6 026 просмотров · 19 часов назад
Mu gisata c'uburezi mu Burundi hari ibibazo vyinshi bitandukanye vyatumye ubumenyi mu banyeshure bugabanuka. Bimwe muri ivyo, hari abarimu badakwiye, umurengera w’abana mw’isomero rimwe, ibura ry’intebe n’ibitabo haba ku banyeshure no ku barimu.
Indinganizo y’ivyigwa izwi nka Ecole fondametale imaze imyaka irenga 13 ikoreshwa mu mashure iri mu vyasubije inyuma ubumenyi.
Reta ibi vyose iremera ko ariko bimeze, ikavuga ko iri mu nzira yo kubitorera inyishu buhoro buhoro.
Kanda hano ukore subscribe 👉🏾 / @bbcnewsgahuza
00:00:00 – 00:02:28 Intangamarara
00:02:28 Igisata c’indero cifashe gute mu Burundi?
00:15:40 Abize kuva mu 2006 mu Burundi barafise ubumenyi bukwiye?
00:34:02 Umushikiranganji w’indero mu Burundi Francois Havyarimana avuga ko bariko barakora iki mu gutorera inyishu z’ibibazo biri mu mashure mu Burundi?
#BBCNewsGahuza
-----------------------
Iyi ni YouTube channel nyakuri ya BBC News Gahuza.
Ukeneye kureba video ku makuru y’akarere n’amahanga mu buryo butabogamye? Wageze aho biri.
BBC ni yo soko y’amakuru yizerwa kurusha ayandi masoko ku isi.
Aha tuzakugezaho inkuru mbarankuru, inkuru z’icukumbura, ibiganiro n’ibyamamare, video zisobanura ibintu, ku ngingo zikureba zirimo imyidagaduro, imikino, politike, ubugeni, siyanse, ubuzima, byose mu rurimi wumva.
Urakoze gukora subscribe kuri channel yacu. Niba ukunda ibi dukora dusange na hano:
BBC News Gahuza website 👉🏾 https://www.bbc.com/gahuza
Facebook 👉🏾 / bbcnewsgahuza
Twitter 👉🏾 https://x.com/bbcgahuza
WhatsApp 👉🏾 bbc.in/47y8V4j