Перейти к содержимому

Ikigo #MAGEBU kiriko kirubaka akarere ngwizabutunzi mu #Gatumba

Mashariki TV

0:00 / 0:00

Ikigo #MAGEBU kiriko kirubaka akarere ngwizabutunzi mu #Gatumba

1 947 просмотров · 21 час назад
Mashariki TV
477 тыс. подписчиков
1 947 просмотров · 21 час назад
Ikigo #MAGEBU kiriko kirubaka akarere ngwizabutunzi mu #Gatumba ngo hampande y'ivyo kigiye gukora mu kwubaka inganda, gufasha igisata c'indero ngo basanze ari vyo vyoza imbere mu kuzoronka babana baciye ubwenge mu kubashiriraho ubuhinga bwa none ari naho bahereye mu mashure. Bishikirizwa na Duhayimana Jean de Dieu umuyobozi mukuru w'ico kigo mu bikorwa vy'iterambere vyakozwe kuru uyu wa 12 nyakanga 2026 kw'ishure rya Gatumba ya kabiri. #Burundi #indero