Перейти к содержимому

INKUKA Y'IMISA Y'UMUSI MUKURU CANE WA NOEL / PAROISSE SAINT JEAN BAPTISTE DE GIHOSHA; Full video

GOSPEL_C TV

0:00 / 0:00

INKUKA Y'IMISA Y'UMUSI MUKURU CANE WA NOEL / PAROISSE SAINT JEAN BAPTISTE DE GIHOSHA; Full video

2 918 просмотров · 1 г. назад
GOSPEL_C TV
35,9 тыс. подписчиков
2 918 просмотров · 1 г. назад
NOEL NZIZA KANDI MWESE!!! Aha hari ku musi mukuru wa Noel, ng'uku uko akanyamuneza karanga abakristu ba Paruwasi Yohani Batista Mweranda yo mu Gihosha. Iyi n'inkuka ya misa yose. Igice kinini ni audio. Nivyadukundira tuzobibaha ku buryo buramvuye harimwo n'amasanamu yikwije! Murakoze, tubipfurije kandi Noweri nziza n'umwaka mwiza muhire tugiye gutangura wa 2025. Mwibuke kugira s'abonner(Subscribe) J'aime (Like) na Commentaires (Comment) na Partager(Share) musangize ibi vyiza abandi. Mukeneye kumviriza imisa y'igiteramo ca Noel nayo fyonda hano    • IMISA Y'IGITERAMO CA NOEL: UMUGIRWA WO GUH...  . Iyi nayo ni animation libre yatanguye iyo veillée    • INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA ZUGURUYE IGIT...   SANCTUS DOMINUS DEUS / CHORALE SAINT CURE D'ARS DE LA PAROISSE SAINT JEAN BAPTISTE DE GIHOSHA: NOEL    • SANCTUS DOMINUS DEUS / CHORALE SAINT CURE ...   Indirimbo zo gukenguruka    • Urutonde rw'indirimbo zo gukenguruka ziryo...   Mushaka kwumviriza uturirimbo twa Noël tunyuranye, fyonda    • INDIRIMBO ZIRYOSHE CANE Z'IGIHE CA NOEL - ...