Woba ufise amagorwa y'ico uri? Umva ubu butumwa bubohora//Pasteur MBAHONKUNDWA Gabriel
MEIRRA Tv
0:00 / 0:00
Woba ufise amagorwa y'ico uri? Umva ubu butumwa bubohora//Pasteur MBAHONKUNDWA Gabriel
4 916 просмотров · 2 года назад
MEIRRA Tv
231 тыс. подписчиков
4 916 просмотров · 2 года назад
Ubutumwa Bwiza Pasteur MBAHONKUNDWA Gabriel yavugiye mw'Ishengero rya Pentekote ryo mu Kayogoro.
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!