Gabriel Rufyiri izi nizo ndongozi asaba ko zotanga imihoho kuneza y'igihugu| Ingingo y'agahotoro, ..
Indundi TV
0:00 / 0:00
Gabriel Rufyiri izi nizo ndongozi asaba ko zotanga imihoho kuneza y'igihugu| Ingingo y'agahotoro, ..
148 913 просмотров · 1 г. назад
Indundi TV
494 тыс. подписчиков
148 913 просмотров · 1 г. назад
#indundinews : Umushikiranganji w'ubudandaji asabwa gutanga imihoho imbere y'abandi bose bisa nuko muri #olucome babuzwe irengero kandi bari mu gihugu , ivyo bikaba vyashikirijwe na #Gabriel_Rufyiri aramutswa iryo shirahamwe ridaharanira inyungu za #politique, aho anasaba reta y'Uburundi ko ingingo ibuza abantu kwiyunguruza hifashishijwe piki piki na Tuku Tuku mu gisagara ca Bujumbura yohagarikwa mu maguru masha kuko yafashwe hatisunzwe ineza y'abantu kandi ko atahandi biri atari i Bujumbutra honyene afatiye mju bisagara amaze kugenda kw'isi