🏟STADE INTWARI🇧🇮 irakaka💡 Amakuru 2 mashasha kuri ico kibuga🎙 CAF na FIFA bagejeje he isuzuma?⚽️
WFI Media
0:00 / 0:00
🏟STADE INTWARI🇧🇮 irakaka💡 Amakuru 2 mashasha kuri ico kibuga🎙 CAF na FIFA bagejeje he isuzuma?⚽️
7 612 просмотров · 1 г. назад
WFI Media
5,37 тыс. подписчиков
7 612 просмотров · 1 г. назад
🏟 Waaow! Menya amakuru mashasha kandi atari bwamenyekane kuri Stade Intwari i Bujumbura.
🎥 Muri iki kiganiro, murasangamwo inkuru 2 zikomeye:
1️⃣ Stade Intwari yashoboye kwatsa amatara nijoro—inkino z'ijoro zigiye kuba ukuri kwamye mu Burundi. Bayasanze gute?
2️⃣ Haratanguye umuce wa nyuma w'isuzuma rya CAF rishobora gutuma ikibuga cemererwa kwakira inkino mpuzamakungu! Ryavuyemwo iki?
⚽️ twoba tuzorabira inkino za Primus League 2025–2026 kuri Stade Intwari? Inyishu iri mu kiganiro
🎽 Wipfuza jersey y’umugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba? Du hamagare kuri nimero iri munsi. +257 61786461
📲 Kurikira iki kiganiro, ufyonda kuri Subscribe na 🔔 kugira ntuzocikwe n'amakuru agezweho.