Join Us Live: KU GICANIRO || OCC KUMARIBA
Eglise Oasis Christian Center Burundi
0:00 / 0:00
Join Us Live: KU GICANIRO || OCC KUMARIBA
198 просмотров · Трансляция закончилась 13 дней назад
Eglise Oasis Christian Center Burundi
4,51 тыс. подписчиков
198 просмотров · Трансляция закончилась 13 дней назад
“Hahiriwe umuntu adakurikiza impanuro z’abanyakibi, ntahagarare mu nzira y’abanyavyaha, canke ngo yicarane n’abacokoranyi, ahubwo agahimbarwa n’Ivyagezwe vy’Uhoraho, akaba ari vyo ashirako umutima ku murango no mw’ijoro. Ameze nk’igiti catewe i ruhande y’imigezi y’amazi, kikama mu gihe caco, kandi amababi yaco ntiyuma. Ico akoze cose kiratera imbere.”
Zaburi 1:1-3 BKC
Karibu mugikorane cacu c'unomusi...
Yatugiriye neza, natwe turanezerewe.