🔥 KUBABARA MU MIBONANO SI BISANZWE! MENYA IGITERA
Dr Scientist 🩺💊
0:00 / 0:00
🔥 KUBABARA MU MIBONANO SI BISANZWE! MENYA IGITERA
59 просмотров · 1 месяц назад
Dr Scientist 🩺💊
5,37 тыс. подписчиков
59 просмотров · 1 месяц назад
l🔴 DISPAREUNIE: KUBABARA MU GIHE C’IMIBONANO
Dispareunie ni igihe umugore canke umugabo yumva ububabare mu gihe c’imibonano mpuzabitsina canke inyuma yayo.
👉 Bishobora guterwa n’ibintu bitandukanye, nk’indwara zandurira mu mibonano mpuzabitsina, kwuma mu gitsina, infection, ibibazo vy’imisemburo, endométriose, canke izindi mpamvu z’umubiri n’inyifato.
⚠️ Kubabara mu gihe c’imibonano si ikintu co kwihanganira gusa. Iyo biguma bibaho, ni vyiza kubonana n’umuganga kugira hamenyekane icabitera kandi bivurwe neza.
🎥 Muri iyi vidéo, turaganira ku bitera dispareunie, ibimenyetso vyayo n’igihe umuntu akwiye kwitura umuganga.
📌 Raba vidéo gushika kw’isonga kandi uyisangize abandi kugira ngo ubafashe kumenya vyinshi ku buzima bw’imyororokere.
#Dispareunie #UbuzimaBwAbagore #UbuzimaBwImyororokere #ImibonanoMpuzabitsina #Ubuzima #Ubuvuzi #IndwaraZAbagore #EducationSante #SanteSexuelle #Kirundi