Prof. Emile Mworoha yari nde, yavukiye hehe, yize amashure ayahe? (Igice ca1)
Mashariki TV
0:00 / 0:00
Prof. Emile Mworoha yari nde, yavukiye hehe, yize amashure ayahe? (Igice ca1)
20 561 просмотр · 1 год назад
Mashariki TV
477 тыс. подписчиков
20 561 просмотр · 1 год назад
✝️ Kurikirana bimwe mu biganiro Umwigisha wa kaminuza, umushakashatsi mu vya kahise Emile Mworoha yari yaragiranye na MASHARIKI TV (mu mwaka wa 2021), aho atuyagira ku mashure yize, ku kazi kiwe ka mbere yatanguriye ko, hamwe n'ibindi.
Twobibutsa ko Uwo mushakashatsi mu vya kahise yaraye yitavye Imana kuri uyu mwa 19 Ruheshi 2025, amaze imyaka 85 y'amavuko.
#Burundi #Kahise #Mworoha