Umuhirwe-Toza indero hakiri kare//Pasteur Claude NDAYISABA
Neema Gospel tv
0:00 / 0:00
Umuhirwe-Toza indero hakiri kare//Pasteur Claude NDAYISABA
1 804 просмотра · 7 месяцев назад
Neema Gospel tv
69,8 тыс. подписчиков
1 804 просмотра · 7 месяцев назад
Ubutumwa bwashikirijwe na Pasteur NDAYISABA Claude ku wa 20 Ruhuhuma 2026 mu bubwiriza bwa Kamenge.
Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu