"IJAMBO IMANA YAMPAYE NGISHIKA i Burundi:URUKUNDO RWANJE MU BURUNDI"By Ap Dr.Paul GITWAZA
Iriba ryiza
0:00 / 0:00
"IJAMBO IMANA YAMPAYE NGISHIKA i Burundi:URUKUNDO RWANJE MU BURUNDI"By Ap Dr.Paul GITWAZA
28 583 просмотра · 3 недели назад
Iriba ryiza
80,1 тыс. подписчиков
28 583 просмотра · 3 недели назад
Ubutumwa yigishije agishika mu burundi mw'sihengero rya Zion Temple.
Tubahaye kaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. Yesu abahe umugisha #Iribaryiza #61053102 #love #compassion #humanity #christianity