Перейти к содержимому

URUGENDO RW'UBUZIMA EP3 yoooo😭😭😭Gaga abayiki🥺🥺?Mika arahindutse disi📯📯📯🥰🥰🥰

Mbonyeflix

0:00 / 0:00

URUGENDO RW'UBUZIMA EP3 yoooo😭😭😭Gaga abayiki🥺🥺?Mika arahindutse disi📯📯📯🥰🥰🥰

369 просмотров · 2 недели назад
Mbonyeflix
150 подписчиков
369 просмотров · 2 недели назад
URUGENDO RW’UBUZIMA EP 3 | MBONYÉFLIX Inkuru ikomeye y’umukobwa ukunda gusenga ariko agasekwa n’abantu, n’umusore w’umukene ukunda gukora kugeza aho aba umuherwe. Abandibakobwa Baba mubuzima bw'inkundo bwo kwinezereza bibashora mubusambanyi, Ibirori n’amahitamo mabi bikazana inda zitateguwe, maze ikibazo kigera no mu miryango yabo. ❤️💔 Raba EP 3 kugeza ku mpera umenye uko uru rugendo rutangura! 👍 Like | 💬 Comment | 🔔 Subscribe kuri MBONYÉFLIX | 📲 Share TAGS: #UrugendoRwUbuzima​ #UrugendoRwUbuzimaEP3 #MBONYEFLIX​ #KirundiFilm​ #BurundiFilm​ #AfricanFilm​ #LoveStory​ #Drama​ #FilmKirundi​ #Episode1​ #Burundi​ #Rwanda​