KAMARIZA PART1
Skyler Movies
0:00 / 0:00
KAMARIZA PART1
10 239 просмотров · 2 г. назад
Skyler Movies
4,36 тыс. подписчиков
10 239 просмотров · 2 г. назад
KAMARIZA
Produced BY Nyillas ENTERTAINMENT
Kutinenaguza akazi ngo nuko waciye mwishure, ukwihangana, ukudaca munzira zahafi kugira ushike ku ndoto zawe nico cashikije Kamariza ku ndoto ziwe. Ireresi ya KAMARIZA ihamagarira abakobwa gukora kugira bashike kundoto zabo batarinze gukoresha umubiri wabo mugushika kundoto zabo. Irerekana kandi ubutwari bwa bagabo bamwe bamwe mungo zabo mukutarenga ibigo.Ubwitonzi bwa Kamariza nibwo bwatumye aheza kaminuza yongera ahindurirwa ubuzima.Turizeye neza ko ireresi ya kamariza izofasha caane abigeme cane cane bifashisha ba sugar dady mu gushika kundoto zabo.
Kamarizaaaaaaaaaa
Youtube// • BEST FRIENDS OFFICIAL MOVIE
Facebook// https://www.facebook.com/profile.php?...
Instagram// / skyler_movies
igsh=eTE1b3htNW1uZjhv
#hakizimanadarleneofficial
#solangekindagano