Imana yama igira intererano idusaba kugira ngo ituronse umugisha mu vyo twasavye | Forum des jeunes
Radio Maria Burundi
0:00 / 0:00
Imana yama igira intererano idusaba kugira ngo ituronse umugisha mu vyo twasavye | Forum des jeunes
13 268 просмотров · 1 год назад
Radio Maria Burundi
42,6 тыс. подписчиков
13 268 просмотров · 1 год назад
Ku musi wayo ugira kabiri, muri forum y'urwaruka iri kubera mu rutana, Musenyeri Gervais BANSHIMIYUBUSA, Umwungere wa Diyoseze Nkuru ya Bujumbura mu nsiguro y'Ijambo ry'Imana aributsa ko Imana yama igira intererano idusaba kugira ngo ituronse umugisha mu vyo twasavye .
#burundi #forum #jeunesse #catholic #rutana #homélie