Перейти к содержимому

Akir'ishimwe Mana - Receive praises O God||Chorale Centrale de l'Université du Burundi

MEIRRA Tv

0:00 / 0:00

Akir'ishimwe Mana - Receive praises O God||Chorale Centrale de l'Université du Burundi

7 328 просмотров · 4 г. назад
MEIRRA Tv
238 тыс. подписчиков
7 328 просмотров · 4 г. назад
Indirimbo y'amashimwe ku Mana, kuri Yesu Kristo no kuri Mpwemu Yera, yaririmbwe na Chorale Centrale y'Abanyeshure bo muri Kaminuza y'Uburundi kur'uyu w'Imana 14/11/2021 MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: +257 79 24 16 79 (WhatsApp) +257 79 08 91 49 (WhatsApp) YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!