Перейти к содержимому

32 Jour de Jeune & prière | Jour 4

MINEVAM Kigobe Church

0:00 / 0:00

32 Jour de Jeune & prière | Jour 4

227 просмотров · 6 дн. назад
MINEVAM Kigobe Church
9,94 тыс. подписчиков
227 просмотров · 6 дн. назад
#MINEVAM_KIGOBE_CHURCH 🚨Enseignement de Jeudi le 01/10/2026 Avec Pasteur Pie NGENDAKURIYO ♻️ Thème : REKA ISHIMWE RIKWITANGIRE IMBERE 📖 2 Ngoma 20:18-30. V21:*Mushimire Uhoraho kuko imbabazi ziwe zamaho ibihe budashira* 1.*Ikimenyetso co gushikama* ➡️kudaha akaryo Umurwanizi ,ukisunga ivyo Imana Yakoze kugira bigutere gushima. 📖 2 Ngoma 20 : 15 📖 Ivyakozwe n'Intumwa 16:23-26. 2.*kuba washize Imana Imbere kugira ikurwanirire* ➡️Gufata ingingo yo kutirwanirira ukarekara Imana ibiriko biraba vyose kugira igucire inzira yongere ikurwanirire . 📖 2 Ngoma 20 :16-18. 🖊️*Intambara uzohitamwo kwirwanirira ,uzoyimaramwo ubuzima bwawe bwose.* 📖 Yosuwa 6:1-5