Natacha - Intamba Murugamba (Official Video)
Natacha Burundi
0:00 / 0:00
Natacha - Intamba Murugamba (Official Video)
98 054 просмотра · 15 часов назад
Natacha Burundi
159 тыс. подписчиков
98 054 просмотра · 15 часов назад
INTAMBA MURUGAMBA Lyrics
Chorus:
Intamba (Murugamba intamba)
Intamba (Murugamba intamba)
Intamba (Murugamba intamba)
Mmh Mmh (Murugamba intamba)
Vers1:
Mu kibuga binjiran’ishaka
Izo ntamba n’inserukarukamvye
Uwo bateye avuga ngo bamwivye
Uwo banganije avuga ngo naramvye
Amaso ku mupira Umutima kuntsizi
Kanatsinda ntawunganya n'impfizi
Pre-chorus:
Intamba tamba tamba
Intamba cenga cenga
Intamba tanga tanga
Intamba tera tera
Intamba tsinda tsinda
Intamba oyee oyee oyee
(Turagatsinda )
Chorus:
Intamba (Murugamba intamba)
Intamba (Murugamba intamba)
Intamba (Murugamba intamba)
Mmh Mmh (Murugamba intamba)
🎵🎵 🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵
Vers2:
Ngabo bariko barasatira
Uwabiteze baramutera naho yiteguye
Muduz’amajwi n'umudiho
Ibendera ry'uburundi riduge
Ngic’igitsindo kirinjiye
Umunyegori ntaco acambariye
🎵🎵 🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵
Pre-chorus:
Intamba tamba tamba
Intamba cenga cenga
Intamba tanga tanga
Intamba tera tera
Intamba tsinda tsinda
Intamba oyee oyee oyee
(Turagatsinda)
Chorus:
Intamba (Murugamba intamba)
Intamba (Murugamba intamba)
Intamba (Murugamba intamba)
Mmh Mmh (Murugamba intamba)