Перейти к содержимому

Amakorasi atandukanye Encadreur Pasteur Salvator yakoresheje mu guhimbaza no gutazira Imana

MEIRRA Tv

0:00 / 0:00

Amakorasi atandukanye Encadreur Pasteur Salvator yakoresheje mu guhimbaza no gutazira Imana

192 777 просмотров · 4 г. назад
MEIRRA Tv
229 тыс. подписчиков
192 777 просмотров · 4 г. назад
Igikorane c'indirimbo n'ubutumwa bwiza cabereye mu kigo ca Kaminuza y'Uburundi : Campus Mutanga. Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇    / @meirratv   Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: +257 79 24 16 79 (WhatsApp) +257 79 08 91 49 (WhatsApp) YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!