Перейти к содержимому

IMBABAZI_GRACE_OF_GOD_TEAM

Grace of God Team

0:00 / 0:00

IMBABAZI_GRACE_OF_GOD_TEAM

319 просмотров · 13 дн. назад
Grace of God Team
235 подписчиков
319 просмотров · 13 дн. назад
indirimbo IMBABAZI ni indirimbo ikwibutsa ko Imana yakubabariye biciye muri Kristo Yesu. Kandi ivyo tubihabwa n'ubuntu si kubw'ibikorwa vyacu canke inkomezi zacu. 👉 icipfuzo cacu n'uko biciye muri iyi ndirimbo wo kwama wibuka ubuntu Imana yakugiriye. Kuko Imana yatweretse urukundo idukunda. Igihe kristo yadupfira tukiri abanyavyaha Ubuntu bw'Imana buzana agakiza bwarahishuwe ku bantu bose. Ni bwo butwigisha kwiyambura ukutubaha Imana n'ibihimbaro vy'isi, no kubaho tuganza ingeso zacu, tugororotse kandi twubaha Imana muri kino gihe, turindiriye ivyizigiro vy'amahirwe, aho ubwiza bw'Imana yacu ihambaye n'Umukiza, ari we Yesu Kristo, buzohishurirwa. Ni we yatwitangiye, araducungura kugira ngo tuve mu bubi bwacu bwose, atugira ubwoko bwejwejwe yiharije, bufise ishaka ryo gukora ivyiza. Tito 2:11-14 AUDIO PRODUCED BY KAGE WHITE Video DIRECTED by ONU (Grace of God team) STYLISTE AMASHADO fashion Song written by Grace of God team