YESU ARI KU NGOMA REMA - Révérend Pasteur NIZIGAMA Esron
MEIRRA Tv
0:00 / 0:00
YESU ARI KU NGOMA REMA - Révérend Pasteur NIZIGAMA Esron
3 324 просмотра · 11 месяцев назад
MEIRRA Tv
234 тыс. подписчиков
3 324 просмотра · 11 месяцев назад
« IGITI COSE BAZOKIMENYERA KU VYO CAMA » : Amajambo yo kuremesha Ishengero yashikirijwe n'Umwungere NIZIGAMA Esron ku w'Imana 09.11.2025 mw'Ishengero rya Pentecôte ryo mu Kayogoro
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!