Перейти к содержимому

ABARONGORWA NA MPEMU by Chorale Tunda La Bwana (Official video)4K

Jama FaceTV

0:00 / 0:00

ABARONGORWA NA MPEMU by Chorale Tunda La Bwana (Official video)4K

104 просмотра · 4 недели назад
Jama FaceTV
23,8 тыс. подписчиков
104 просмотра · 4 недели назад
“Abarongorwa na Mpwemu” ni indirimbo y’ihimbaza Imana yibutsa abakristo ko ubuzima bwiza bw’umukristo buyoborwa na Mpwemu Yera. Iyi ndirimbo ya Chorale Tunda La Bwana itwigisha kugendera mu bushake bw’Imana no kwemera kuyoborwa n’Ubuntu bwayo. Ni indirimbo yuzuye impwemu yo gusenga, gukomezwa no kwiyegurira Imana, ikaba itera intege abizera bose kuguma mu kuri no mu nzira y’Umwami. 🙏 Nimwumvirize, mushimire Imana kandi musangize abandi ubu butumwa bwiza. 🔔 Ntimwibagire: Like 👍 Comment ✍️ Share 📤 Subscribe kuri JAMA STUDIO kugira mukomeze kuronka indirimbo za Gospel, ama film, clip video n’ibindi vyubaka.   • ABARONGORWA NA MPEMU by Chorale Tunda La B...   #AbarongorwaNaMpwemu #ChoraleTundaLaBwana #GospelBurundi #JAMASTUDIO #GospelMusic