Перейти к содержимому

Cérémonies d'inhumation de feu Pasteur BIZABIGOMBA Joseph ( Part1 )

The Cadet

0:00 / 0:00

Cérémonies d'inhumation de feu Pasteur BIZABIGOMBA Joseph ( Part1 )

970 просмотров · 1 г. назад
The Cadet
30 подписчиков
970 просмотров · 1 г. назад
Pasteur BIZABIGOMBA Joseph. Yitavye Imana igenekererezo rya 01/02/2025 . Yarangije ku myaka 103. Yakoreye Imana kuva akiri umuyabaga. Yagiye akorera ahatandukanye harimwo ku Mugara, Gitega, Rusagara, Kiremba n'ahandi. Nk'uko yakunda kubiganirira abakristo ,mu rugendo rw'ivugabutumwa n'abo bari kumwe, bariye icatsi bita icanda , banarya n'ibintu bitaribwa, bakabifata nk'imyungu. Pasteur BIZABIGOMBA Joseph, ari kuvuga ubutumwa , yarakunda kuvuga ngo : "NDI UMUPENTEKOTE ADATEYE AMAZI " .Aho yashaka kuvuga uburyohe bwa Pentekote yo mu mutima ariyo Mpwemu Yera kuva amujeko. Ikindi yakunda kuvuga ni "DUKWIYE AMA TONNES Y'AGAKIZA KUGIRA TUNESHE ICAHA N'INYIGISHO Z'IBINYOMA " . Yarahanura, akagira ijambo n'urukundo n'ijunja yahawe n'Imana kuko yazigamye UKWIZERA mu bihe bitandukanye. Hahirwa abapfa bapfira mu Mwami. Amen!