Перейти к содержимому

Mwari muzi ibikomere abahutu n'abatutsi bo mu #Burundi no mu karere k'ibiyaga binini iyo bikomoka ?

Mashariki TV

0:00 / 0:00

Mwari muzi ibikomere abahutu n'abatutsi bo mu #Burundi no mu karere k'ibiyaga binini iyo bikomoka ?

6 422 просмотра · 2 дн. назад
Mashariki TV
481 тыс. подписчиков
6 422 просмотра · 2 дн. назад
Mwari muzi ibikomere abahutu n'abatutsi bo mu #Burundi no mu karere k'ibiyaga binini bagendana iyo bikomoka ? Kurikirana Pasteur Dr Emmanuel NDIKUMANA yakoze uwo mwihwezo yisunze ivyanditswe n'abazungu bijanye n'inkomoko y'abahutu n'abatutsi. Pasteur Emmanuel NDIKUMANA aravuga n'icokorwa kugira abarundi bakire ibikomere vyatewe na kahise kabi. Hari mu nyigisho zatunganijwe n'inshirahamwe New Generation Burundi. #Burundi