Перейти к содержимому

😳GERMANY iraguhemba wiga+Akazi (Ishure kubuntu) Ausbildung 2026🇩🇪

Liesse Niyibizi

0:00 / 0:00

😳GERMANY iraguhemba wiga+Akazi (Ishure kubuntu) Ausbildung 2026🇩🇪

15 845 просмотров · 6 мес. назад
Liesse Niyibizi
9,02 тыс. подписчиков
15 845 просмотров · 6 мес. назад
Muraho neza Bantu Banje👋 Muri iyi video ndagusiguriye neza program yitwa Ausbildung yo mu Germany 🇩🇪 👉 Ausbildung ni program igufasha: Kwiga umwuga (FREE) Gukora akazi Ukaba uhembwa buri kwezi 💰 Muri iyi video uramenya: ✔️ Ausbildung ni iki neza ✔️ Ibisabwa kugira usabe ✔️ Uko application ikorwa ✔️ Ururimi (German level B1/B2) ✔️ Imyuga ikenewe cyane (Nursing, Hotel, IT…) 🔥 Iyi ni opportunity nziza cane kubari muri East Africa nahandi hose ⚠️ Irinde scams! Ntutange amahera mbere y’uko uhabwa contrat officiel. 📌 Websites zo gusabirako: 1. https://www.arbeitsagentur.de (job center ya germany) 2. https://www.ausbildung.de 3. https://de.indeed.com 4. https://www.make-it-in-germany.com (Office website ya goverment) WEBSITE yo gusaba Visa: https://www.germany.info ( Muriyi Website Uhitamwo igihugu kikwegereye kirimwo embassy wosabiramwo Visa) 📩 Niba ufise ikibazo, andika muri comments 👉 SUBSCRIBE kugira ntuzohave uhasiga izindi opportunity zose nzoguma ndabashirira Music: Wanderer by Atch & Hotham / hothammusic License: Creative Commons — Attribution 3.0 Unported — CC BY 3.0 Free Download / Stream: https://www.audiolibrary.com.co/atch-... Music promoted by Audio Library: • Chill, Indie, Instrumental No Copyright Mu... #Ausbildung #GermanyJobs #StudyAndWork #VisaGermany #EastAfrica