Ibihano vya Amerika ku Rwanda kubera intambara ya Congo hari ico bizoshikako? | BBC News Gahuza
BBC News Gahuza
0:00 / 0:00
Ibihano vya Amerika ku Rwanda kubera intambara ya Congo hari ico bizoshikako? | BBC News Gahuza
3 685 просмотров · 1 ч назад
BBC News Gahuza
53,3 тыс. подписчиков
3 685 просмотров · 1 ч назад
Igihugu ca Reta zunze Ubumwe za Amerika kimaze igihe kiriko kirafatira ibihano igihugu c’Urwanda.
Ibihano vya vuba n’ivyo gukura ico gihugu mu mugambi w’ubudandaji wa AGOA, ingingo izotangura gukurikizwa mu kwezi kwa mbere mu mwaka uza.
Uwo mugambi worohereza ibihugu vyinshi vya Afrika gushorera ibintu bimwe bimwe muri Amerika bitarinze kuriha amakori.
Mu gufata ivyo bihano, Amerika yagiriza Urwanda kwutubahiriza agateka ka zina muntu, kutishira no kwizana muri politike hamwe no kubangamira inyungu za Amerika mu budandaji n’umutekano.
Ibi bije bikurikira ibindi bihano vyaheruka gufatirwa ubushikiranganji bw’Urwanda bujejwe kwivuna abansi hamwe na banke Zigama CSS, kubera uruhara Amerika ivuga ko izo nzego zifise mu gufasha umugwi witwaje ibigwanisho wa M23, ugwaniriza reta ya Republika ya Demokrasi ya Congo mu buseruko bw’ico gihugu. Ubu uwo mugwi winjijwe mu runani rushasha ruzwi nka FRN rurongowe n’uwahoze ari umukuru w’igihugu wa Kongo Joseph Kabila.
Kanda hano ukore subscribe 👉🏾 / @bbcnewsgahuza
#BBCNewsGahuza
-----------------------
Iyi ni YouTube channel nyakuri ya BBC News Gahuza.
Ukeneye kureba video ku makuru y’akarere n’amahanga mu buryo butabogamye? Wageze aho biri.
BBC ni yo soko y’amakuru yizerwa kurusha ayandi masoko ku isi.
Aha tuzakugezaho inkuru mbarankuru, inkuru z’icukumbura, ibiganiro n’ibyamamare, video zisobanura ibintu, ku ngingo zikureba zirimo imyidagaduro, imikino, politike, ubugeni, siyanse, ubuzima, byose mu rurimi wumva.
Urakoze gukora subscribe kuri channel yacu. Niba ukunda ibi dukora dusange na hano:
BBC News Gahuza website 👉🏾 https://www.bbc.com/gahuza
Facebook 👉🏾 / bbcnewsgahuza
Twitter 👉🏾 https://x.com/bbcgahuza
WhatsApp 👉🏾 bbc.in/47y8V4j