🤭 Nimuze murabe ivyo ka gakoti kakoze mu Rumonge
Yaga Burundi
0:00 / 0:00
🤭 Nimuze murabe ivyo ka gakoti kakoze mu Rumonge
1 148 просмотров · 3 года назад
Yaga Burundi
105 тыс. подписчиков
1 148 просмотров · 3 года назад
🌇 Hari abantu bakunda kuvuga ngo Beria yikundira mu muji. Yaciye afata irigana Rumonge kugira ababeshuze 😌
🎶 🐟 Imihogo y'abantu baho yaragorowe n'akaboga, utujwi turarongoroye, barahibongoza ntimworaba ! 👌🏾
🪑 Kwega agatebe wumve n'izindi nyishu batanze ku bibazo bitandukanye.