Перейти к содержимому

PARTIE2: UKO NUBATSE URUGO "ANKA GUCIKA INTEGE VYOROSHE..." By Ap. Kevin SIBOMANA

Iriba ryiza

0:00 / 0:00

PARTIE2: UKO NUBATSE URUGO "ANKA GUCIKA INTEGE VYOROSHE..." By Ap. Kevin SIBOMANA

42 818 просмотров · 5 мес. назад
Iriba ryiza
82,1 тыс. подписчиков
42 818 просмотров · 5 мес. назад
Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. Yesu abahe umugisha #Iribaryiza #61053102 #love #compassion #humanity #christianity