🐰 Ubworozi bw'inkwavu mu Burundi
Sungura Net
0:00 / 0:00
🐰 Ubworozi bw'inkwavu mu Burundi
1 027 просмотров · 1 год назад
Sungura Net
69 подписчиков
1 027 просмотров · 1 год назад
🐇 Mu mpera ya nzero uno mwaka, amashirahamwe SOVERT (i Gitega) na SUNGURA NET (mu Cibitoke) yarakiriye inkwavu z'amaraso mashasha zivuye mu Bufaransa ...
🎯 Mur'uwo mugambi, ayo mashirahamwe akaba afise ihangiro rimwe gusa : "Umunwa wose uronke ico ufungura, umufuko wose uronke amafaranga".
▶ Kugira ashikane iryo hangiro, uku niko ariko aritegura, abifashijwemwo ahanini n'Ubushikiranganji bujejwe uburimyi n'ubworozi ...