Перейти к содержимому

Abanyororo bahawe ikigongwe ntibarekurwe, abanyororo bagaburirwa ku buntu : Inyishu za Prezida Neva

Mashariki TV

0:00 / 0:00

Abanyororo bahawe ikigongwe ntibarekurwe, abanyororo bagaburirwa ku buntu : Inyishu za Prezida Neva

13 651 просмотр · 5 лет назад
Mashariki TV
482 тыс. подписчиков
13 651 просмотр · 5 лет назад
#Burundi : Ibibazo c'abanyororo bahawe ikigongwe c'Umukuru w'Igihugu ariko ntibarekurwe, abanyororo bagaburirwa ku buntu kandi bari gushobora gukora ibikorwa bibafasha kandi bigateza imbere igihugu, amabarabara makuru makuru (#RN) ariko arasaza ntasanurwe, ibarabara #Bujumbura - #Rumonge - #Nyanza_Lac ritarakorwa kandi amafaranga yaryo yaremejwe n'Inama Nshingamateka, amafaranga akoreshwa mu biro vy'Umukuru w'igihugu avuga gusuzuma indege z'igihugu c'Uburundi. Ng'ivyo ibindi bibazo vyabajijwe Prezida Evariste Ndayishimiye. Umviriza inyishu yatanze