Перейти к содержимому

English Greetings - lesson 1

Twige

0:00 / 0:00

English Greetings - lesson 1

53 003 просмотра · 6 лет назад
Twige
9,5 тыс. подписчиков
53 003 просмотра · 6 лет назад
Kino ni icigwa ca mbere kivuga kuvyerekeye kuramukanya mu congereza. Indinganizo y'ivyigwa | 0:00 Ivyigwa ni ivy'abande | 1:03 Indamukanyo - Greetings | 1:58 Ukugaragaza umunezero inyuma yo kuramukanya | 7:14 Ryari dukoresha "How do you do." | 9:32 Gusezerana mu congereza - Leave takings | 11:37 Mufise ico mubaza canke ico muterera mwokwandika aho musi aho vyagenewe canke murashobora kurungika ubutumwa bwanyu kuri : twige.info@gmail.com Ivyigwa vyiza ! Murakoze! #Burundi #English #Twige