Перейти к содержимому

#Burundi : Uko Ibirori vy'ukurahira kwa Evariste Ndayishimiye yabaye Umukuru w'Igihugu vyatanguye

Mashariki TV

0:00 / 0:00

#Burundi : Uko Ibirori vy'ukurahira kwa Evariste Ndayishimiye yabaye Umukuru w'Igihugu vyatanguye

95 230 просмотров · 6 лет назад
Mashariki TV
477 тыс. подписчиков
95 230 просмотров · 6 лет назад
#Burundi : Evariste Ndayishimiye aheruka gutorerwa kuba Umukuru w'Igihugu yarahiye kuri uwu wa kane igenekerezo rya 18 Ruheshi 2020. Ibirori vyabareye mu ntara ya #Gitega, bikaba vyari vyitabwa n'abategetsi batandukanye harimwo n'abaserukiye ibindi bihugu, nka Morisho Jakaya Kikwete yahoze ari Umukuru w'Igihugu ca #Tanzania, n'abandi.