ISEZERANO RY'UMUTIMA EPISODE 2
Léon TUTU
0:00 / 0:00
ISEZERANO RY'UMUTIMA EPISODE 2
560 просмотров · 7 часов назад
Léon TUTU
18,8 тыс. подписчиков
560 просмотров · 7 часов назад
Ibibazo vyabaye vyishi kumwana muto wumusangwakazi Bernice. Uyu yiyemeje gukora ibishoboka vyose ngo akize Divin ariko ariko ahura ningorane zifatiye kumacakubiri ataho afatiye. Iyi film twayizanye ngo twiyamirize amacakubiri yose aho yozanana.
Ngusabe rero wewe uravye iyi film kuyisangiza abandi kugira ubutumwa bwacu bushikire beshi bashoboka.
Ufise icubaza watsapp ni 257 66 299 119