HARAGEZE KW'ABAKOZI BAKURWA MU NDIMIRO||Chorale UGL Campus Makamba
MEIRRA Tv
0:00 / 0:00
HARAGEZE KW'ABAKOZI BAKURWA MU NDIMIRO||Chorale UGL Campus Makamba
3 267 просмотров · 5 лет назад
MEIRRA Tv
228 тыс. подписчиков
3 267 просмотров · 5 лет назад
MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!