Umukuru w'igihugu yagendeye iyororero ry'ingurube n'inkwavu vyegukira umurundi aba muri Amerika
Mashariki TV
0:00 / 0:00
Umukuru w'igihugu yagendeye iyororero ry'ingurube n'inkwavu vyegukira umurundi aba muri Amerika
59 722 просмотра · 2 года назад
Mashariki TV
475 тыс. подписчиков
59 722 просмотра · 2 года назад
Mu rukurikirane rw'ingendo ariko aragira mu ntara, umukuru w'igihugu yaragendeye zone Kabonga, komine Nyanza-Lac ahari iyororero ry'ingurube n'inkwavu vyegukira umurundi aba mu mahanga, muri Amerika. Samuel NDAYIRAGIJE yarazanye n'ama mashine yo kurimisha, aho n'uwuyakeneye wese ashobora kuyakota vyoroshe. Aho nyene barahahingurira gaz iva mu mwanda w'izo ngurube, gaz ikoreshwa mu gukinjika no kumurikira urwo ruhongore.
#Burundi #Inkebuzo