Перейти к содержимому

POP THE BALLOON BURUNDI/Valentine's Day SPECIAL EDITION with MC Radjah & Sky Nice: Amuhaye UMUDUGA

POP THE BALLOON 257

0:00 / 0:00

POP THE BALLOON BURUNDI/Valentine's Day SPECIAL EDITION with MC Radjah & Sky Nice: Amuhaye UMUDUGA

10 867 просмотров · 7 мес. назад
POP THE BALLOON 257
4,86 тыс. подписчиков
10 867 просмотров · 7 мес. назад
POP THE BALLOON 🎈BURUNDI 🇧🇮 MATCH OF THE LOVE ni show yo kumena utu balloons ishingiye ku kwidagadura. Duhuza abantu bashaka abakunzi mu buryo butangaje mu BURUNDI 🇧🇮. Dufise intumbero yo gufasha abantu bashaka abakunzi ariko batararonka uburyo bwo kuronka abo biyumvamwo. Ubu nuburyo bushasha kandi bushimishije bwo guhuza abantu batazinanye kugira bibere abakunzi mugihe bashimanye. Woba wipfuza umukunzi? Warabuze uwo mukundana canke uwo wiyumvamwo? Iyandikishe uciye kuri link : https://whatsapp.com/channel/0029Vb7H... Kora SUBSCRIBE, LIKE, COMMENT na SHARE kugira mudushigikire.