IBIRUNGO VY'URUKUNDO By Pasteur Gérard BAKUNDUKIZE
MEIRRA Tv
0:00 / 0:00
IBIRUNGO VY'URUKUNDO By Pasteur Gérard BAKUNDUKIZE
21 054 просмотра · 10 месяцев назад
MEIRRA Tv
233 тыс. подписчиков
21 054 просмотра · 10 месяцев назад
Inyigisho ku bubatse zatunganijwe na Pasteur BAKUNDUKIZE Gérard mu gikorane cabereye mu Kayogoro ku musi wa gatandatu 08.11.2025 - Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!