Перейти к содержимому

Muntu waronse Agakiza, ntubifate ibisanzwe!!/Pasteur Pierre Claver - Culte du Dimanche 10/07/2022

MEIRRA Tv

0:00 / 0:00

Muntu waronse Agakiza, ntubifate ibisanzwe!!/Pasteur Pierre Claver - Culte du Dimanche 10/07/2022

1 418 просмотров · 4 г. назад
MEIRRA Tv
235 тыс. подписчиков
1 418 просмотров · 4 г. назад
Ubutumwa Bwiza bwo kur'uyu w'Imana igenekerezo rya 10/07/2022 mw'Ishengero rya Pentecôte ryo mu Nyakabiga. Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇    / @meirratv   Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: +257 79 24 16 79 (WhatsApp) +257 79 08 91 49 (WhatsApp) YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!