Faustin Baraka - YARABIRANGIJE (Official Music Video)
Faustin Baraka
0:00 / 0:00
Faustin Baraka - YARABIRANGIJE (Official Music Video)
9 733 просмотра · 2 года назад
Faustin Baraka
1,27 тыс. подписчиков
9 733 просмотра · 2 года назад
Heeeeeeh eeeeh Haleluya aaa
Ya maraso
Wavishwa kubwanje
Yampinduye umwana wawe
(×3)
Ku bwanje wemeye
Kuza mw’iyisi
Witwa ikivume
Mwana w’imana nanje ndaharirwa
"kubwanje wemeye"
Ku bwanje wemeye
Kuza mw’iyisi
Witwa ikivume
Mwana w’imana nanje ndaharirwa
(warakubiswe) warakubiswe
(urababazwa) urababazwa
(nk’umwambuzi) nk’umwambuzi
(mwana w’imana) mwana w’imana
Nanje ndaharirwa
(barakwasnse) Barakwanse
(ntibakwemeye yesu) ntibakwemeye
(wicwa rubi) wicwa rubi
Mwana w’imana) mwana w’imana
Nanje ndaharirwa
(ya maraso) Ya maraso
(wavishwa kubwanje) wavishwa kubwanje
(yampinduye) yampinduye umwana wawe
(ku musaraba) ku musalaba warabirangije
(haleluyaa)
Haleluya yesu warakoze
Ku musalaba warabirangije
Haleluya yesu warakoze
Eloi eloi
Lama sabakatani
Mana yanje
Niki kikumpebesheje
(×2)
Ucuracikana
Baca baremera
Bati nivyukuri
Yarumwana w’imana
Eloi eloi
Lama sabakatani
Mana yanje
Niki kikumpebesheje
Ucuracikana
Baca baremera
Bati nivyukuri
Yarumwana w’imana
Ca gitambara
Catabuwemwo kubiri
(Turishikira) Turishikira
(Vyose) Vyose warabirangije
(Ca gitambara) Ca gitambara
Catabuwemwo kubiri
(Waciyinzira) Waciyinzira
Vyose warabirangije
(×2)
(Twese, Ca gitambara)
Ca gitambara
Catabuwemwo kubiri
(Turishikira) Turishikira
Vyose warabirangije
Ya maraso) ya maraso
(wavishwa kubwanje) wavishwa kubwanje
(yampinduye) yampinduye umwana wawe
(ku musaraba) ku musalaba warabirangije
(haleluyaa)
Haleluya yesu warakoze
Ku musalaba warabirangije
Haleluya yesu warakoze
(×3)
Ku musaraba) ku musalaba warabirangije
(haleluyaa)
(Eeeeeh) Haleluya yesu warakoze
(Ku musalaba) Ku musalaba warabirangije
Haleluya yesu warakoze
Nushimwe mwami
Nushimwe yesu
Warakoze kuducungura
Eeeeee eeeeh eeeehh