Перейти к содержимому

“Mw’Ijuru ni Heza”/INDIRIMBO zizoririmbwa ishengero ritashe by Ev Claver HAVYARIMANA

Iriba ryiza

0:00 / 0:00

“Mw’Ijuru ni Heza”/INDIRIMBO zizoririmbwa ishengero ritashe by Ev Claver HAVYARIMANA

6 856 просмотров · 4 месяца назад
Iriba ryiza
79,6 тыс. подписчиков
6 856 просмотров · 4 месяца назад
Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. Yesu abahe umugisha #Iribaryiza #61053102 #love #compassion #humanity #christianity