Перейти к содержимому

NI BANDE BAHAWE ISABATO ? Ukuri kuragiye kumugaragaro, Bibiliya irabivuze neza By Pr Jimmy & Cedrick

MUGIHUGU C'IVYIZA TV

0:00 / 0:00

NI BANDE BAHAWE ISABATO ? Ukuri kuragiye kumugaragaro, Bibiliya irabivuze neza By Pr Jimmy & Cedrick

755 просмотров · 2 мес. назад
MUGIHUGU C'IVYIZA TV
5,02 тыс. подписчиков
755 просмотров · 2 мес. назад
Ukuri gutangazwa na Bibiliya kuratweretse isabato ico ari co, n'abantu bayihawe. Isabato si Imana ngo tuvuge ko dusenga isabato, ahubwo kuyiruhuka tuba turiko dusenga Imana yo yatanze Isabato. Kwitondera Isabato ni gukora ivyo Imana ishaka, ni kumvira Imana co kimwe nayandi ma tegeko yayo. Kwubaha ukwera kw'isabato ni kubaha ukwera kw'Imana yayiduhaye, ni kugera ikirenge mu ca Yesu. Yohana 14:15, Yesu yaravuze ngo "ni mwankunda muzokwitondera ivyagezwe vyanje" . Mbega urakunda Yesu? Gera ikirenge mu ca Yesu. Iki cirwa kirahambaye cane, Kora #partage kugira gishike kuri benshi. #Yesu #isabato #ijwirimwe27 #OneVoice27 #fypシ゚viralシfypシ゚viralシalシ ##likeforfollow