Mu Burundi harakoraniye inama y'ishirahamwe rihuza abize ibijanye n'amategeko bakora muma banki
Mashariki TV
0:00 / 0:00
Mu Burundi harakoraniye inama y'ishirahamwe rihuza abize ibijanye n'amategeko bakora muma banki
1 619 просмотров · 5 дней назад
Mashariki TV
480 тыс. подписчиков
1 619 просмотров · 5 дней назад
Harakoraniye inama mpuzakungu y'ishirahamwe rihuza abantu bize ibijanye n'amategeko bakora mu ma banki muri #Africa kuva kuri uyu wa 05 Gitugutu kugera kuwa 09 Gitugutu 2026, mu ntumbero yo guha ubumenyi abo bantu bajejwe amategeko muma banki kugira baze bararangura neza akazi kabo ku nyungu y'izo banki basanzwe bakorera. Clement Nduwimana arongoye iryo shirahamwe mu Burundi avuga ko akunguko ku barundi ko ari kanini cane biciye mu bisata bitandukanye kw'iyo nama. #Burundi #Banque #juriste #AFJBU