Перейти к содержимому

Igihinda kivuye mw'Ijuru cururukira ku bahungu n'abakobwa mu gikorane i Gishiha||Buzuzwa Mpwemu Yera

MEIRRA Tv

0:00 / 0:00

Igihinda kivuye mw'Ijuru cururukira ku bahungu n'abakobwa mu gikorane i Gishiha||Buzuzwa Mpwemu Yera

19 114 просмотров · 4 года назад
MEIRRA Tv
231 тыс. подписчиков
19 114 просмотров · 4 года назад
Kurikirana ingene Ubushobozi budasanzwe bwa Mpwemu Yera bwasutswe ku misore n'inkumi mu Gikorane cabereye muri Misiyoni ya Gishiha, bahejeje kwihana no kwatura ivyaha vyabo. Wongere utahure n'itandukaniro riri hagati y'ubushobozi bw'abadayimoni n'ubwa Mpwemu Yera. Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇    / @meirratv   Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: +257 79 24 16 79 (WhatsApp) +257 79 08 91 49 (WhatsApp) YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!