Ubwo nyene KWIBA vyaciye bimvamwo/vyansavye KWIGA KUBA umukirisu w’iburayi/AGENDA/ Kwakira YESU!
Rollyest Essence
0:00 / 0:00
Ubwo nyene KWIBA vyaciye bimvamwo/vyansavye KWIGA KUBA umukirisu w’iburayi/AGENDA/ Kwakira YESU!
409 просмотров · 5 дней назад
Rollyest Essence
196 подписчиков
409 просмотров · 5 дней назад
Amahoro cane,
Muri iki kiganiro harimwo intahe /ubuhamya bw’umu jeune yitwa James MANIRANDABA.
Avuga ukuntu yakijijwe n’urugendo rwiwe rw’agakiza n’ibikorwa vy’Imana.
Aravuga ukuntu ashitse Belgique bitamworoheye kubandanya iyo nzira nk’uko avyifuza ariko après yarabitoreye solution ubu ari stable.
⁉️Vyoba biriko birakugora kuronka uko ubigenza ngo ushobore kuronka umwanya wo gusenga?
⁉️Woba wumva wifuza kumenya ivy’agakiza?
⁉️Hari ingeso mbi canke ivyaha woba ushaka guheba ariko bikakunanira?
🔐kurikira iki kiganiro uhungukire vyinshi.
AU-DELÀ DE L’ÂGE!
#intahe #ubuhamya #agakiza #gusenga #gukoraicaha