Перейти к содержимому

Imico n'Akaranga_Ikiganiro twagiranye na Kinyange: Part 2

Munyonga TV

0:00 / 0:00

Imico n'Akaranga_Ikiganiro twagiranye na Kinyange: Part 2

49 298 просмотров · 6 лет назад
Munyonga TV
1,39 тыс. подписчиков
49 298 просмотров · 6 лет назад
Aho hambere, inka zari zifise agaciro gakeye mu maso y'Abarundi. Kanatsinda umugisha umurundi yabona ko usumba iyindi yosabira abiwe wari kugira inka n'ibibondo. "Urakagira Inka n'Ibibondo". Urukundo inka zakundwa rwagaragarira mu kuzivuga no mu kuzitaka. Kinyange n'umwe mubarundi bagishoboye kuvugira amazina n'ibicube inka. Turashimiye Kinyange na: Fabrice Kimararungu Yves Muhimpundu Igor Nkezabahizi