Umwungere wa 1-Misiyoni ya Pentekoti Bujumbura arabeshuza ibimaze imisi bivugwa//Rev Past Onesphore
Neema Gospel tv
0:00 / 0:00
Umwungere wa 1-Misiyoni ya Pentekoti Bujumbura arabeshuza ibimaze imisi bivugwa//Rev Past Onesphore
31 062 просмотра · 1 г. назад
Neema Gospel tv
70,3 тыс. подписчиков
31 062 просмотра · 1 г. назад
Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu